Nzovuga – Uttar Yanick

Check Out: Mp3 Download Nzovuga By Uttar Yanick

Artist:  Yanick uttar

Song Title: Nzovuga

Genre: Gospel, Christian

Album: Nzovuga

Year: 2022

Song Type: Mp3 & Video

 

Title: “Nzovuga by Uttar Yanick: A Powerful Gospel Song Filled with Inspiration and Spirit”

Uttar Yanick’s recent gospel song “Nzovuga” has been stirring up a lot of attention in the music industry. This song has been praised for its ability to soothe the soul and bring its listeners closer to the divine. Gospel music has long been known for its power to evoke strong emotions and connect us with a higher power.

“Nzovuga” is a soulful and inspiring gospel song that is bound to move you with its heartfelt lyrics and powerful music. The song begins with a beautiful melody and slowly builds up to a powerful chorus that will leave you feeling uplifted and energized. The lyrics are filled with messages of hope, faith, and love, which are central themes in gospel music.

DOWNLOAD

Download Mp3/Audio Here

 

Download Nzovuga By Uttar Yanick Mp3 On GospelViz Media for free 

 

 

LYRICS

V1.
Hari Aho uvuga ukamengo biraheze ariko ukarinda ijambo ryawe Mana urakomeye

Hari Aho ukora ukamengo urahejeje ariko abikorwa vyawe Mwami vyama ari ageheta

Hari Aho uteba ukamengo ntibizoshika wibuka isezerano wavuze urunganwe ku rundi.

RF/
Nzovuga uburyo ukora,Aho wansanze,ivyo wambwiye ;

Nzovuga ukwo nakubonye,nasanze urenze, ivyo bambwiye;

Nzovuga rwa Rukundo rwawe, urwo wankunze, ntabikwiye, ooooh

v2.
Amateka yawe yanditswe no mu bitabo,kugira ngo ndakumenye wese ariko ntivyokunda

Gusa, Buri musi mbona, ubwishi bw’Imbabazi zawe, undagiza urukundo rwawe ukampa inkomezi

CHECK ALSO:  Kaa - Christina Shusho

Hari vyishi wakoze, amaso yanje yabonye, umutima wanje uragukunda, SHEMAGIZWA

RF/
Nzovuga uburyo ukora,Aho wansanze,ivyo wambwiye ;

Nzovuga ukwo nakubonye,nasanze urenze, ivyo bambwiye;

Nzovuga rwa Rukundo rwawe, urwo wankunze, ntabikwiye, ooooh

About Avalumun 6081 Articles
Adaa Moses Avalumun is a passionate and potent Kingdom blogger and Freelancer, who is a Nigerian by Birth. Moses is delighted in listening to gospel songs, and praying. Currently, Moses resides in Lafia, Nasarawa State, Nigeria.